Abaroma 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ni ivy’ukuri ko bamwe muri bo batabaye abizigirwa. None ukutizigirwa kwabo kurakuraho ubwizigirwa bw’Imana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Tuvuge iki? Naho bamwe batizeye, mbega kutizera kwabo kuzohindura ubusa ivy’ Imana yizigiweko? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |