14 “Akanwa kabo kuzuye imivumo n’umururazi.”
14 Akanwa kabo kuzuye ukuvuma no kujingitwa,
Mwiyambure umururazi wose, ubushangashirwe, uburake, ugutongana n’ugutukana, hamwe n’ibindi bibi vyose.
Mu kanwa kamwe hakavamwo uguhimbaza n’ukuvumana. Bene Data, uko si ko vyari bikwiye kumera.