Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 “Imihogo yabo imeze nk’imva zirangaye, indimi zabo zivuga ibinyoma gusa.” “Ubumara bw’inzoka buri ku minwa yabo.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Imihogo yabo n’imva zirangāye, Bāhendahendanishije indimi zabo; Ubumara bg’inzoka buri mu binyigishi vyabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 3:13
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bose barazimiye, maze bacika imburakimazi; nta n’umwe akora iciza, nta n’umwe.”


Haba na mba! Naho abantu bose boba ababeshi, Imana yo iguma ari inyakuri. Ni co gituma Ivyanditswe Vyera bivuga ngo: “Mu vyo uvuga vyose uzokwama uboneka uri umugororotsi, kandi n’imbere y’ubucamanza uzokwama utsinda.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ