Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Bose barazimiye, maze bacika imburakimazi; nta n’umwe akora iciza, nta n’umwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bārazimiye iyo bava bakagera, bose bācitse imburakimazi, Nta wukora ivyiza, eka nta n’umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 3:12
22 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mukozi w’imburakimazi na we nimumute hanze mu mwijima ahazoba amarira no guhekenya amenyo kubera umubabaro.’


nta n’umwe atahura, kandi nta n’umwe arondera Imana.


“Imihogo yabo imeze nk’imva zirangaye, indimi zabo zivuga ibinyoma gusa.” “Ubumara bw’inzoka buri ku minwa yabo.”


Natwe kera twigenza nka bo, twakurikira ivy’imibiri yacu yipfuza, tugakora ivyo iyi mibiri n’imitima vyacu bishaka. Kandi muri kamere muntu kacu twari abo gucibwa urubanza n’Imana nk’abandi bose.


Yahora ari imburakimazi kuri wewe, ariko ubu ni uw’ikimazi kuri wewe no kuri jewe.


Kera mwari mumeze nk’intama zazimiye ariko ubu mwaragarutse ku mwungere w’ubugingo bwanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ