Abaroma 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko izosuka uburake n’ubushangashirwe bwayo kuri abo bose birukira ivyo imitima yabo ihahamiye, batumvira ukuri, bagakurikira ikibi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko ku bakēbana ntibumvire ivy’ ukuri, ariko bakumvira ukugabitanya, hazoba uburake no guhambarirwa အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |