Abaroma 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Canke ntubona ingene Imana igira neza, yihangana kandi idahaniraho? None ivyo nta co bikubwiye? Mbega ntubona ko mu kugira neza kwayo Imana ishaka kugushikana ku kwihana ivyaha vyawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Cank’ ukēngēra itunga ryo kugira neza kwayo n’iry’ imbabazi zayo n’iry’ ukwihangana kwayo? Ntuzi yuko kugira neza kw’Imana kugushikana ku kwihana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |