Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Urazi ivyo Imana ishaka ko ukora, kandi urazi guhitamwo iciza kuko wigishijwe ivyagezwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ukamenya ivy’ igomba, ukarobanura ibidahwana, kuko wigishijwe ivy’ ivyagezwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 2:18
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kugira ngo umenye udakekeranya ko inyigisho wakiriye ari iz’ukuri.


Uwo mukozi yari asanzwe azi ivyo shebuja agomba hanyuma ntavyitegurire ngo abikore, azohanwa bikomeye.


Ivyo murabimenye, ariko muzohezagirwa ni mwabishira mu ngiro.


Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira ngo bitwigishe. Bidushoboza kwihangana, bikadutera n’intege kugira ngo dushobore kwizigira ko Imana izoshitsa ivyo yasezeranye.


Wizigira ko uri indongozi y’impumyi, umuco w’abari mu mwijima,


kugira ngo mushobore kumenya neza iciza kurusha ibindi ico ari co, mutanduye kandi mutagira umugayo gushika aho Kristo azogarukira.


ariko mubusuzume bwose, hanyuma mwumire ku vyiza.


Ariko ivyokurya bikomeye ni ivy’abakuze, kuko kubera ivyo baciyemwo bashitse aho batandukanya ikibi n’iciza.


Umuntu wese azi iciza yategerezwa gukora ntagikore, aba acumuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ