Abaroma 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Abacumura badafise ivyagezwe vya Mose bazohona ivyo vyagezwe bitarinze kurabwa, kandi abacumura bari musi y’ivyagezwe bazocirwa urubanza n’ivyo vyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Abākoze ivyaha bose, batazi ivyagezwe, bazohona ivyagezwe bitarinze kwiyumvirwa; kand’ abākoze ivyaha bose bazi ivyagezwe bazotsindishwa n’ivyagezwe: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ivyagezwe vya Mose ntivyashobora gukora ivyo, kubera intege nke za kamere kacu k’icaha. Ico ivyagezwe bitashoboye gukora, Imana yagikoze mu gutuma Umwana wayo, yaje afise umubiri nk’uw’umunyavyaha kugira ngo abe ikimazi c’ivyaha. Kandi muri uwo mubiri, Imana irangiza ububasha icaha cari kidufiseko mu kuwutanga nk’ikimazi c’ivyaha vyacu; gutyo icira urubanza icaha mu mubiri.