Abaroma 16:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Muntahirize Anduroniko na Yuniya, Abayuda bagenzanje twabanye mw’ibohero. Ni abantu bubashwe cane mu zindi ntumwa kandi barantanze kwizera Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Muntahirize Andironiko na Yuniya, dusangiye umuryango, abābohanywe nanje, ni ba rurangiranwa mu ntumwa, ni bo bantanze kuba muri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |