Abaroma 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ni kenshi bahatswe gupfa bagomba gukiza ubuzima bwanje. Ivyo, si jewe jenyene ndabibashimira, ariko ni amashengero yose y’Abanyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kandi bāhevye iyabo mitwe ko yocibga kugira ngo bakize amagara yanje. Si jewe jenyene mbashima, ariko n’amashengero yose yo mu banyamahanga arabashima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |