Abaroma 13:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ijoro riritereye, bugira buce. Kubera ivyo, twiyambure ibikorwa vy’umwijima, twambare ibigwanisho vy’umuco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ijoro rirakuze, bugira buce. Nuko twiyambure ibikorwa vy’umwiza, twambare ibirwanishwa vy’umuco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |