Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 12:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Nk’uko iyi mibiri yacu ifise ibihimba bitandukanye kandi ivyo bihimba bigakora ibikorwa bitandukanye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nk’uko mu mubiri umwe dufise ingingo nyinshi, kand’ ingingo zose zitagira igikorwa kimwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 12:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Namwe muri umubiri wa Kristo, kandi umwe wese muri mwebwe ni igihimba c’umubiri cawo.


Hari ingabire zitandukanye ariko Mpwemu azitanga ni umwe.


Hari umubiri umwe n’Impwemu imwe, nk’uko mwahamagariwe ivyizigiro bimwe vyo muri kazoza;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ