Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Dawidi na we yavuze, ati: “Reka indya zo ku meza yabo zibabere umutego n’ikinogo co kugwamwo, ibuye ritsitaza n’ingero bakwiranye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi Dawidi yaravuze, at’ Ameza yabo abe nk’ururiba, n’umutego, N’ikigwisha, n’inyishu yabo:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 11:9
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arahindukira abwira Petero ati: “Mva i ruhande, Satani, herera inyuma yanje! Uri igitsitaza kuri jewe; kuko ibikuraje ishinga si ivy’Imana, ariko ni ivy’abantu.”


Ariko Imana iramubarira iti: ‘Wa gipfu we, iri joro nyene ubuzima bwawe urabwakwa. None ivyo waruhiye bizoba ivya nde?’


Twirinde rero guciranira imanza. Ahubwo, twigire inama yo kutagira ikintu na kimwe dukora cotsitaza canke kikagwisha mu caha mwene Data wundi.


Nimba ubutumwa Imana yarungikanye abamarayika bwabonetse ari ukuri, kandi ukugarariza kwose n’ukutumvira kwose bikaronka igihano bikwiranye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ