Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 nk’uko Ivyanditswe Vyera bivuga ngo: “Imana yabahinduye ibiyingiyingi; bafise amaso ariko ntibabona, bafise amatwi ariko ntibumva, gushika n’uno musi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nk’uko handitswe, ngw Imana yabahaye umutima wo guhunyiza, n’amaso atabona, n’amatwi atumva, gushitsa kur’ uyu musi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 11:8
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we ababwira ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’Imana. Ariko ku bandi nkoresha imigani kugira ngo, ‘naho boraba ntibabone, kandi naho bokwumviriza ntibatahure.’


‘Genda ubwire ubwo bwoko uti: Kwumva muzokwama mwumva ariko ntimuzokwigera mutahura, kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ