Abaroma 11:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Mbega ivyo bisigura iki? Bivuga ko benshi mu Bisirayeli bataronse kwemerwa n’Imana naho babironderana ishaka ryinshi. Ni abantu bakeya gusa batoranijwe n’Imana babironse, ariko imitima y’abandi yashishikaye gukomantara, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 None vyabaye bite se? Ic’ Abisirayeli bārondeye, ntibākibonye; ariko, abātoranijwe bārakironse, abandi bakomantazwa imitima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |