Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 No muri kino gihe ni ko bimeze, harasigaye Abisirayeli bakeya bakiri abizigirwa kuko ubuntu bw’Imana bwabazigamye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nuko ni ko biri no mur’ iki gihe, harih’ amasigarira nk’uko yatoranijwe n’ubuntu bg’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 11:5
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Benshi mu Bisirayeli ubu ni abansi b’Ubutumwa Bwiza, kandi ivyo bizanira inyungu mwebwe abanyamahanga. Ariko, ku bijanye no gutoranywa, iracabakunda kubera ba Sekuruza babo Aburahamu, Isaka na Yakobo.


Ariko imbere y’uko bavuka, batarakora ikibi canke iciza, aronka ijambo rivuye ku Mana. Iryo jambo ryavuga ko Imana itoranya abantu ikurikije intumbero yayo, itaravye ibikorwa vyabo.


Ku vyerekeye Isirayeli, Yesaya yarasemereye aravuga ati: “Naho Abisirayeli ari benshi bangana n’umusenyi wo kw’isesero ry’ikiyaga, bakeya gusa ni bo bazorokoka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ