Abaroma 11:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Nimba ikimanyu c’umukate cashikaniwe Imana nk’ivyeze ubwa mbere cejejwe, umukate wose uba wejejwe; kandi nimba imizi y’igiti yejejwe, n’amashami na yo nyene aba yejejwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kandi kw ifu y’umushuzo ar’ iyera, n’irobe ni ko rimeze; kandi kw igishitsi ar’ icera, n’amashami ni kw ameze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |