Abaroma 10:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Niwaturisha akanwa kawe ko Yesu ari Umwami, ukizera mu mutima wawe ko Imana yamuzuye mu bapfuye, uzokizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kuko ni wāturisha akanwa yuko Yesu ar’ Umwami, ukizera mu mutima yukw Imana yamuzuye imukūye mu bapfuye, uzokizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |