Abaroma 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Ijambo riri hafi yawe; mbere riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe.” Iryo jambo ni bwo Butumwa bwo kwizera tuvuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko kwavuze gute? Kwavuze kut’ Ijambo riri hafi yawe, riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe; ni ryo jambo ryo kwizera, iryo tubigisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |