Abaroma 10:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kuko batatahuye inzira ituma abantu bemerwa n’Imana nk’abagororotsi, bakanka no kwisunga iyo nzira, baciye bicira inzira yabo yo kwemerwa n’Imana mu kugerageza kwubahiriza ivyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ko batari bazi ukugororoka kuva ku Mana bakarondera kwishingira ukugororoka kwabo ubgabo, ntibāganjwe n’ukuva ku Mana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |