Abaroma 10:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Kandi kuri ivyo, nta tandukaniro riri hagati y’Abayuda n’abanyamahanga, kuko bose bafise Umwami umwe kandi atanga cane agahaza ivyiza uwumwambaje wese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nta tandukaniro ry’Umuyuda n’Umugiriki: kuk’ Umwami umwe ar’ Umwami wa bose, ni we afise ubutunzi bukwiye abamwambaza bose; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |