Abaroma 10:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bene Data, ico umutima wanje wipfuza cane kandi nsaba Imana, ni uko Abisirayeli bokizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bene Data, ivyohimbara umutima wanje n’ivyo nsengera Abisirayeli ku Mana, n’ukugira ngo bakizwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |