Abaroma 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 mu buryo bw’impwemu y’ubugororotsi agaragara ari Umwana w’Imana mu kuzuka mu bapfuye ku bw’ubushobozi bwa Mpwemu Yera. Uwo ni Yesu Kristo Umwami wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 yerekanywe kw ar’ Umwana w’Imana mu buryo bga Mpwemu Yera, ukuzuka kwiwe kwavyerekanishije ubushobozi, ni we Yesu Kristo Umwami wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |