Abaroma 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Uburake bw’Imana bwarahishuwe buvuye mw’ijuru, ubwo irakira ukutayubaha kwose n’ububi bw’abantu, kuko mu ngeso zabo mbi bagwanya ukuri ngo ntikugaragare. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Uburake bg’Imana bgarahishuwe, buvuye mw ijuru, ubgo irakira ukutayubaha kw’abantu kwose n’ukugabitanya, banyikirisha ukuri ukugabitanya kwabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |