Abanyefeso 6:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Bashumba, mwumvire ba shobuja bo mw’isi, mububaha kandi mubatinya, bivuye ku mitima, nk’uko mwokwubaha Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Bagurano, mwumvire ba shobuja bo ku mubiri, nk’uko mwumvira Kristo, mububashe muhinda agashitsi, mutagira ubupfunya mu mitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |