Abanyefeso 6:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ba se, ntimuratse abana banyu; ahubwo mubarerere mu ngeso nziza zo kwubaha Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Namwe ba se, ntimukaratse abana banyu, ariko mubarere, mubahana mubahanūra, uk’ Umwami wacu agomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |