Abanyefeso 6:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ni muri iyo ntumbero ndamubarungikiye, kugira ngo mumenye uko tumerewe yongere aremeshe imitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ni we mbatumyeko kubg’ ivyo nyene, ngo mumenye ivyacu, kandi ngw aremeshe imitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |