Abanyefeso 6:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Tukiko, umuvukanyi nkunda kandi umukozi w’umwizigirwa mu Mwami, azobabwira vyose, kugira ngo namwe mumenye uko meze n’ivyo ndiko ndakora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kandi Tukiko, mwene Data nkunda, umukozi w’umwizigirwa mu vy’Umwami wacu, azobīgānira vyose, kugira ngo mumenye ivyanje, uko mmeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |