Abanyefeso 6:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kandi nanje munsengere, kugira ngo igihe cose mvuze, mpabwe amajambo kugira ngo menyeshe abantu ibanga ry’Ubutumwa Bwiza ntatinya, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kandi nanje nyene munsengere, kugira ngo mpabge insiguro uko mvuze kwose, mmenyekanishe nshize amanga ibanga ry’ubutumwa bgiza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |