Abanyefeso 6:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kandi musengere muri Mpwemu ibihe vyose kandi mugire amasengesho y’uburyo bwose n’ukwinginga. Hamwe n’ivyo vyose, mwame muri maso kandi mwame musenga ubudasiba musengera abera b’Imana bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 musengere muri Mpwemu ibihe vyose, mu buryo bgose bgo gusenga no kwinginga, kand’ ivyo mubibere maso, mukobeje rwose, musengera abera bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |