Abanyefeso 6:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Icongeye kuri ivyo vyose, mwitwaze inkinzo y’ukwizera, iyo mushobora kuzimisha imyampi yose yaka umuriro ya wa mubi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 kandi hamwe n’ivyo vyose mwābīre inkinzo y’ukwizera, ni yo muzoshoboza kuzimisha imyampi ya wa Mubi yose yaka umuriro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |