Abanyefeso 5:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Kuko mukwiye kumenya neza ko: ata munyangeso mbi, uwanduye canke uwukunda inda; umuntu nk’uwo asenga ibigirwamana, azogira ico aragwa mu bwami bwa Kristo n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kukw ibi mubizi neza, yukw ata mushakanyi, cank’ igihumane, cank’ uwifuza (ni we asenga ibigirwamana), azogira ico aragwa mu bgami bga Kristo n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |