Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abanyefeso 5:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Rero, umwe wese muri mwebwe akunde umugore wiwe nk’uko yikunda, kandi umugore na we yubahe umugabo wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Ariko namwe nyene, umuntu wese akunde umugore wiwe nk’uko yīkunda; umugore na we ni yubahe umugabo wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abanyefeso 5:33
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bagore, mwumvire abagabo banyu nk’uko mwumvira Umwami Yesu.


Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura


Iri ni ibanga rihambaye; ariko ni ishusho nziza yerekana ivya Kristo n’ishengero.


Bagabo, mukunde abagore banyu ntimubababaze ku mitima.


Nimba ba data bo kw’isi baraduhana tukabubaha, dukwiye kurushiriza kugamburukira Data w’impwemu, kugira ngo tubeho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ