Abanyefeso 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko igishizwe ahabona n’umuco cose gica kiboneka; kandi ikirasiwe n’umuco kiba mu muco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko vyose, iyo bishizwe ahabona, bigaragazwa n’umuco, kukw ikigaragazwa cose ar’ umuco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |