Abanyefeso 4:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Kandi ntimukababaze Mpwemu Yera w’Imana, uwo mwahawe nk’ikidodo cemeza ko muri abiwe, ku bwa wa musi aho muzocungurirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Kandi ntimukababaze Mpwemu Yera w’Imana, yabashiriweko kuba ikimenyetso, gushitsa ku musi wo gucungurwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |