Abanyefeso 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ubwenge bwabo buri mu mwijima kandi batandukanijwe n’ubugingo bw’Imana kubera ukutamenya kuri muri bo kuva ku gukomantara kw’imitima yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ivyiyumviro vyabo biri mu mwiza, batandukanijwe n’ubugingo buva ku Mana kubg’ ukutamenya kuri muri bo, n’ugukomantara kw’ imitima yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |