Abanyefeso 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ivyo bikwiye kubandanya bikorwa kugeza aho twese tuzoshikira ku kugiriranira ubumwe mu kwizera no mu kumenya neza Umwana w’Imana, no gukura kugeza dushike ku rugezo rwo kunengesera kwa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 kugeza aho twese tuzoshikira ku kugiriranira ubumwe buva ku kwizera n’ukumenya Umwana w’Imana, kandi kugeza aho tuzoshikira kuba abantu bakuze, no ku rugezo rw’ubginshi bg’ukunengesera kwa Kristo: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |