Abanyefeso 4:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nuko rero Kristo ni we yatanze ingabire mw’ishengero, bamwe abaha kuba intumwa, abandi kuba abavugishwa, abandi kuba abavugabutumwa, abandi kuba abungere n’abigisha, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kandi yahaye bamwe kuba intumwa, abandi kuba abavugishwa na we, abandi kuvuga ubutumwa bgiza, abandi kuba abungere n’abigisha: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |