Abanyefeso 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Iryo banga ni iri: Abanyamahanga co kimwe n’Abisirayeli, bose iyo bizeye Ubutumwa Bwiza, basangira umugabane w’abana b’Imana. Bose bagize umubiri umwe, kandi basangiye n’isezerano ry’imihezagiro Imana yasezeranye muri Kristo Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 yukw abanyamahanga basangiye natwe ibiragwa, basangiye natwe umubiri umwe, basangiye natwe ivyasezeranywe muri Kristo Yesu kubg’ ubutumwa bgiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |