Abanyefeso 3:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 kandi ngo mumenye urwo rukundo rwa Kristo naho rurengeye uko rwoshobora kumenywa, kugira ngo mu buzima bwanyu mwuzuzwe mushike ku rugezo rwo kunengesera kwose mu kumenya Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 mumenye urukundo rwa Kristo ruruta uko rwomenywa; ngo mubone kunengeserezwa mushitse ku kunengesera kw’Imana kwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |