Abanyefeso 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ndabasaba rero ngo ntimwihebuzwe n’imibabaro ndiko ndacamwo ku bwanyu, kuko ni icubahiro canyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ni co gituma mbinginga ngo mwoye kwihebuzwa n’amarushwa yanje yo kubganyu, kukw ari yo cubahiro canyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |