Abanyefeso 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kubera ivyo rero, mwebwe ntimukiri abanyamahanga na ba kavantara, ariko muri abasangiye ubwenegihugu n’abera b’Imana kandi muri abo mu nzu yayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Nuko ntimukir’ abashitsi n’akavantara, ariko musangiye ubgoko n’abera, mur’ abo mu ngoro y’Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |