Abanyefeso 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Yaraje ababwira inkuru nziza y’amahoro mwebwe abanyamahanga mwari kure, abwira amahoro n’Abayuda bari hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Yaraje, ababgira ubutumwa bgiza bg’amahoro, mwebge abāri kure; kand’ abāri hafi na bo ababgira amahoro: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |