Abanyefeso 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Mwibuke ko ico gihe mwari mutandukanijwe na Kristo, mutagira ubwenegihugu muri Isirayeli kandi ata co mwiteze ku masezerano Imana yasezeranye, mutagira ivyizigiro kandi mutagira Imana mw’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 kw ico gihe mwari mutandukanye na Kristo, muri n’itandukaniro n’ihanga rya Isirayeli, mur’ injabuka ku masezerano y’ivyasezeranywe, ata co mwizigiye ku bizoba, mwari mw isi mutagira Imana Rurema. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |