Abanyefeso 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kuko turi ibiremwa vy’Imana, yaturemye gusha muri Kristo Yesu kugira ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo yari yaraduteguriye gukora kuva kera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kuko tur’ ibiremwa vyayo, twaremewe muri Kristo Yesu ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yateguye kera ngo tubigenderemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |