Abanyefeso 1:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Imana yashize ibintu vyose musi y’inganji ya Kristo, imugira umutwe uri hejuru ya vyose ku bw’ineza y’ishengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kandi yamushikirije vyose, ibishira musi y’ibirenge vyiwe, kand’ imuha ishengero ngw abe umutwe waryo wo gusumba vyose, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |