Abanyefeso 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 hejuru y’ukuganza kwose n’ubukuru bwose, hejuru y’ubushobozi n’ubutegetsi bwose, hejuru y’izina ryose rishobora kuvugwa, haba muri iyi si y’uno musi canke mw’isi izoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 imushize hejuru cane y’ubukuru bgose n’ububasha bgose n’ubushobozi bgose n’ubgami bgose n’izina ryose rivugwa, si mur’ iki gihe gusa, ariko no mu kizoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |