Abanyefeso 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Uwo Mpwemu ni ingwati y’Imana yemeza ko tuzohabwa umugabane twasezeraniwe kandi ko yatuguze ngo tube abantu bayo. Ivyo yabikoze kugira ngo tuyishime kandi tuyihe icubahiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 ni we ngwati y’umwandu tuzohabga, kugira ngw abo Imana yaronse ibacungure, ng’ubgiza bgayo bushimwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |