Abanyefeso 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Intumbero y’Imana muri ivyo vyose, yari uko twebwe Abayuda, kuko ari twebwe twabaye aba mbere mu gushira ivyizigiro vyacu muri Kristo, duhesha Imana icubahiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 kuzoba abo guhesha icubahiro ubgiza bgayo, twebge abizigiye Kristo kera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |