Abanyefeso 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Uwo mugambi, Imana yashatse kuwushira mu ngiro igihe yashinze gishitse. Ni uwo kwegeraniriza hamwe ibiri mw’ijuru n’ibiri kw’isi vyose ikabishira musi y’inganji ya Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 vy’ingene izogenza vyose, igihe gikwiye gishitse, gukoraniriza vyose muri Kristo, ibiri mw ijuru n’ibiri mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |